Imyaka
umugore w'umunyarwandakazi abaho ubu ni
69.3, mu gihe uwo muri Kenya abaho 69.0.
Muri
Uganda na ho, imyaka yo kubaho y'abagabo yariyongereye cyane mu myaka 10 ishize,
aho yazamutseikagera ku myaka 63.5.
Mugihugu
ca Tanzania, imyaka isanzwe yo kubaho ku bagore kugera muri 2016, yari 66,
hakaba hiyongereyeko imyaka 10 ugereranyije no mu 1990 nk'uko bigaragazwa n’ubushakashatsi
bwishami rya OMS rishinzwe gupima imitima , bafashijwe n'ikigo gishinzwe ibarura.
Ku
bagabo, imyaka yo kubaho yari 62.6 kugera mu 2016 ugereranije n'imyaka 53.7 mu 1990.
Ugereranije, imyaka yo kubaho ku banyatanzania yariyongereye kugera ku myaka 10 kuva mu 1990.
Muri Kenya, imyaka
yo kubaho ku bagore yariyongereye iva ku
myaka 62.6 mu 1990 igera ku 69 mu 2016,
hakaba hariyongereyeho imyaka 6. Ariko ku bagabo bavuye ku myaka 60.2 kugera ku 64.7 , n'ukuvuga ko hiyongereyeho imyaka 4.5 gusa.
Muri
Uganda, imyaka yo kubaho ku bagore ubu ni 64.7 (bakaba banganya n'imyaka yo
kubaho y'abagabo muri Kenya), abagabo na bo ikaba ari imyaka 59.8.
Iyo
myaka yagiye yiyongera kuri buri gitsina mu myaka cumi ishize kuko mu 1990, imyaka yo kubaho ku mugore muri
Uganda yari 52.1 na ho ku bagabo yari 46.3.
Igihugu
|
Abapfasoni
|
Abagabo
|
Afrika y'epfo
|
65.5
|
59.2
|
Burundi
|
61.5
|
59.2
|
DR Congo
|
62.7
|
60.4
|
Kenya
|
69
|
64.7
|
Malawi
|
62.6
|
57.9
|
Misri
|
75
|
69.4
|
Nigeria
|
66.4
|
63.7
|
Rwanda
|
69.3
|
66
|
Somalia
|
57.7
|
56.6
|
Tanzania
|
66
|
62.6
|
Uganda
|
64.7
|
59.8
|
Src:BBCGahuza
No comments:
Post a Comment